homepagekirundikirundi_Sports

Jeux Africains Maroc 2019 : Intamba U20 zatakaje urukino rwa mbere

Ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 , niho umugwi w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zatana mu mitwe na Ghana mu rukino rwa mbere rw’ihiganwa rya Jeux Africains ririko ribera muri Maroc .

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zikaba zatakaje urwo rukino rwa mbere zitsinzwe na Ghana ibitsindo 2-1.

Urukino rukurikira, intamba mu rugamba zizotana mu mitwe na Mali ku musi wa gatatu igenekerezo rya 21 Myandagaro umwaka wa 2019.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871