footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Lumitel Women’s League igiye kubandanya ku ndwi igira 2

 

Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League rigiye kubandanya kundwi igira 2, inkino zikaba zitegekanijwe uku gukurikira:

 

Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022:

– Isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku kibuga (CTN )Umugwi Etoile du Matin uzotana mu mitwe na la Colombe

– Isaha zitanu zo mugitondo 11h00 ku kibuga ca (CTN) umugwi Rainbow uzokina na PVP Buyenzi

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 17 Munyonyo 2022:

– Isaha zine zo mu gitondo 10h00 ku kibuga ca Gatwaro , Umugwi Gatwaro Fofila PF uzohura na Intwarikazi

– Isaha zine zo mu gitondo 10h00 ku kibuga ca ( CTN) umugwi Buja Queens uzohura na Onze Etoile

– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga c’Umuco , Umugwi Bon Avenir uzohura na les lionnes.

 

Mwomenya ko iryo higanwa ryatanguye mu mpera z’indwi yaraye irangiye .

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 314