homepagekirundikirundi_SportsMiss EricaWorld NewsYvan muziki

Morinho araburira Juventus na Barcelona ko bishobora kubahindukana

Mu gihe uno musi hari inkino 2 zo gusubiriza za Champion league, aho umurwi wa Juventus uza guhura na Ajax, nayo Barcelona igahura na Man United, izo nkino ntizibonwako rumwe.

Morinho abona ko imirwi ya Juventus na Barcelona bafise amahigwe yo gutsinda iyo mikino. Ariko kandi ngo naho biri uko, uwo mumenyereza w’umunya Portugal avuga ko iyo mirwi adaha amahirwe nayo ishobora gukora ibikomeye muri izo nkino, zigatsinda iyo mirwi.

Mukibuka ko mu nkino za mbere z’ico gice ca 4 gishira ica nyuma Barcelona yari yatsinze Man United 1 ku 0, nayo Ajax na Juventus bakaba bari banganije.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871