abakinyi bakina hanzefootballintamba murugamba

# Indundi Sports | Niwe afise ibitsindo vyinshi muri Instabul Basaksehir kandi akaba akina inyuma

 

Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange afatwa nk’umukinyi w’igitangaza muri Istanbul Basaksehir.

kuva ihiganwa ryo muri Turky ritanguye umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Youssuf Nyange niwe afise ibitsindo vyinshi, muri kino gihe afise ibitsindo 4 .

 

Aho ni inyuma yo kwinjiza igitsindo mu rukino rw’indwi igira 14 rwa Super Lig, aho Instabul yanyagiye Umraniyespor ibitsindo 3-1.

Mwomenya ko uwo mukinyi w’umurundi  ari umwe mu bakinyi ngenderwako b’umugwi wa Instabul Basaksehir.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 205