AthletismehomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Olivier irabaruta yaraye akoze amateka mw’ihiganwa rya Zurich Marathon

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2022, niho hari haramutse haba ihiganwa ryo kwiruka ryitiriwe izina rya Zurich Marathon.

Umunonotsi w’umurundi Olivier Irabaruta yaraye aronse uburenganzira bwo kuzokwitabira inkino z’isi yose zo kwinonora imitsi zizobera mu gisagara ca Eugene muri USA mu kwezi kwa Mukakaro, akaba yirutse ibirometero 42 mu mwanya ungana n’amasaha 2 n’iminota 7 n’amasegonda 13 ( 2h07min 13sec).

Olivier akaba yaraye afashe ikibanza ca 2 no kugira umwanya mwiza muri iryo higanwa .

Uwundi murundi nawe yari muri iryo higanwa yitwa Onesphore Nzikwinkunda yaraye afashe ikibanza ca 4 akaba yirutse umwanya ungana n’ 2h11min n’amasegonda 42.

Onesphore

What's your reaction?

Related Posts

1 of 872