footballhomepagekirundikirundi_Sportsprimus ligue

PLB: Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 27

Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 27

Uku niko imigwi igiye guhura :

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 03/04/2020:

– Isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga c’intwari, umugwi wa Rukinzo Fc uzokwakira Musongati Fc

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga c’intwari umugwi wa Inter Star uzokwakira Ngozi City

– Ku musi wa gatandaru igenekerezo rya 04/04/2020:

– Isaha icenda 15h00 mu Rutigi, umugwi wa Kayanza United uzokwakira Flambeau du Centre

– Isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga c’intwari umugwi wa Vital’o Fc uzokwakira Messager Ngozi

-Isaha icumi 16h00 Ku kibuga c’intwari Les lierres Fc izokwakira Atletic Academy

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 05/04/2020:

– Isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga c’intwari umugwi wa Buja city uzokwakira Bumamuru Fc

– Isaha icumi 16h00 Ku kibuga c’intwari umugwi wa Bs Dynamic uzokwakira Aigle Noir

-Isaha icenda 15h00 i Muyinga ku kibuga c’Umuco umugwi wa Olympic Star uzokwakira LLBS4A

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891