Élevagefootballhomepagekirundikirundi_Sportsprimus ligueUncategorized

PLB: Uku niko imigwi izohura kundwi ya 16

 


Inyuma y’indwi irenga igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league kirangiye, mu mpera z’ino ndwi igice ca kabiri c’iryo higanwa kizoba gitanguye.

Ku musi wa gatandatu 09/01/ 2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Bumamuru izokwakira Les Elephants

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Intwari , B S Dynamik izokwakira Flambeau du Centre

– Isaha icenda 15h00, ku kibuga ca Peace Park Nkurunziza , Aigle Noir izokwakira Vital’o Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro , Kayanza United izokwakira Muzinga Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , Messager Ngozi izokwakira Buja City

Igenekerezo rya 10/01/2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Athletico izokwakira Rukinzo Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Umuco , Olympic Star izokwakira Inter Star

– Isah icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , Royal Fc izokwakira Musongati Fc.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 898