BurundifootballhomepageIbiyovyabwengekirundikirundi_SportsYvan muziki

Primus League : Uko inkino z’indwi ya 19 zagenze

Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama ndetse no ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Kigarama , ihiganwa rya Primus league rarabandanije Ku ndwi igira 19 ku bibuga bitandukanye.

Uku Niko inkino za genze :

Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama:

  • Ngozi City yanyagiye Messager Bujumbura Ibitsindo 4 kuri 1

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama:

  • Les lierres yatsinzwe na Rukinzo Fc ibitsindo 2 kuri 1
  • LLBS4A itsindwa na Flambeau du Centre ibitsindo 2 kuri 1
  • Flambeau du l’est inganya na Bumamuru Fc 0 Ku 0

-Ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Kigarama

  • Buja city yatsinzwe na Vital’o ibitsindo 2 Ku 0
  • Athletico Olympic Itsindwa na Aigle Noir ibitsindo 2 kuri 1
  • Kayanza United inganya na Olympic Star ibitsindo 2 kuri 2
  • Musongati Fc inganya na Messager Ngozi Igitsindo 1 kuri 1

What's your reaction?

Related Posts

1 of 897