homepagekirundikirundi_Sports

Primus League : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi igira kane

Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya ku ndwi ya 4 kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019.

Uku niko imigwi izohura kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30/08/2019

– Isaha indwi n’igice 13h30 umugwi Athletico Academies uzokwakira Bumamuru Fc Ku kibiga c’intwari

– Isaha icumi 16h 00 Burundi Sports Dynamic izokwakira Kayanza United ku kibuga c’intwari

– Ku musi wa gatandatu Igenekerezo rya 31/ 09/2019:

– Isaha indwi n’igice 13h30 Rukinzo Fc izokwakira LLBS4A Ku kibuga c’intwari

– Isaha icumi 16h00 Buja city izokwakira Aigle Noir ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda 15h00 Ngozi City izokwakira Flambeau du centre

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 01 Nyakanga 2019 :

– Isaha indwi n’igice 13h30 Inter Star izokwakira Olympic Star Ku kibuga c’intwari

– Isaha icumi 16h00 Vital’o Fc izokwakira Les lierres Fc ku kibuga c’intwari.

– Isaha icenda 15h00 Messager Ngozi izokwakira Musongati Fc Ku kibuga c’urukundo

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871