footballhomepageIbiyovyabwengekirundikirundi_SportsYvan muziki

Uburundi bwakorotse ikibanza kimwe muri FIFA

Nk’uko mu bizi buri ukwezi ishirahamwe risanzwe ritwara umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’iko imigwi nserukira gihugu yama isumba sumbana ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwakorotse ikibanz a kimwe, Bukaba buri mu kibanza ca 139 mugihe mu kwezi kwa Munyonyo bwari bwafashe ikibanza ca 138.

Ibindi bihungu dusanzwe twegeranye canke nka Tanzania buri mu kibanza ca 138, Urwanda narwo rukaba ruri mukibanza ca 137, Kenya ikaba ari mu kibanza ca 105 mu gihe Uganda iri mu kibanza ca 75.

Kw’isi yose igihugu gifara ikibanza ca mbere ni Ububirigi , Bugakurikirwa n’ubufaransa hamwe na Brezile.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891