Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ry ‘abigeme ryarabandanije kundwi igira icumi na rimwe. Uku niko batsindanye :
-Rain Bow yatsinze ibitsindo 2 kuri 1
-Lionne Star yatsinze ibitsindo 2 kuri 1 Christ roi
-Fofila PF yanyagiye Inyange FC ibitsindo 6 kuri 1
-Lionnes yatsinzwe na la Colombe FC ibitsindo 2 ku 0
-PVP Buyenzi yanyagiye Ubuntu Women FC ibitsindo 9 ku 0
Uku niko imigwi igenda irasumbasumbanya amanota :
1. PVP Buyenzi : ifise amanota 31
2. Fofila PF: ifise amanota :31
3. La Colombe FC : ifise amanota 27
4. Rain bow : ifise amanota 19
5. Inyange FC : ifise amanota 13
6. Lionnes FC : ifise amanota: 11
7. Ubuntu women : ifise amanota : 10
8. Lionne Star : ifise amanota : 10
9. Onze Etoiles : ifise amanota: 8
10. Christ Roi : ifise amanota :0