abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Urutonde rw’abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi bazohagarikira inkino mpuzamakungu muri 2023

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ribicishije mu gisata c’abahagarikizi, ryarashize ahabona urutonde rw’abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi bahawe uburenganzira bwo guhagarikira inkino mpuzamakungu zo mu mwaka w’inkino 2023.

 

Muri urwo rutonde twabonyemwo abahagarikizi bashasha abo nabo akaba ari aba bakurikira :

1) Manirakiza Bertrand
2) Bigirimana Rodrigue
3) Nduwayo Hervé
5) Nibogora Olivier

Abagaharikizi bose bo bahagati akaba ari aba bakurikira :

1) Pacifique Ndabihawenimana
2) Gatogato Georges
3) Manirakiza Bertrand
4) Bigirimana Rodrigue

Abagore nabo ni aba bakurikira :

5) Iratunga Suavis
6) Nduwayo Darlène

Abahagarikizi bo kuruhande ni :

7) Ndimunzigo Pascal
8) Niyongabo Emery
9) Bizumuremyi Rénovat
10) Nduwayo Hervé
11) Nibogora Olivier
12) Kakunze Hervé

Abagore nabo ni aba :

13) Bangurambona Fidès
14) Iradukunda Alida
15) Uwizera Arcella

Abahagarikizi ba Beach Soccer :

16) Ndayisaba Ramadhani
17) Ishimwe Cynthia

Abahagarikizi 4 nibo batswe uburenganzira bwo kuhagarikira inkino mpuzamakungu abo nabo ni aba bakurikira :

1) Nkurunziza Thierry ( wo hagati)
2) Nduwimana Jaffari ( Wo hagati)
3) Habimana Willy ( wo kuruhande)
4) Nkurinziza Désiré ( wo kuruhande )

What's your reaction?

Related Posts

1 of 320