footballkirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Yankiwe kuraba umupira awurabira mu kirere arinze gukoresha ikimashine

 

Umugabo w’umunya Turkie yitwa Ali Demirkaya azwi nk’umukunzi w’umugwi Denizlisport yo muri ico gihugu yakoze ibitamenyerewe .

Mu mwaka wa 2018 niho umugabo Ali yahawe ibihano vyo kumara umwaka wose adahonyoza ikirenge mu kibuga kumvo z’uko yari yigenjeje nabi , ariko uwo mugabo yaciye ahitamwo gukotesha ikimashini co mu kirere aracurirako kugira arabe urukino rw’umugwi wiwe wariko urakina .

Mu nkuru ikinyamakuru co mugihugu c’ubuhindi NDTN cashikirije ngo uyo mugabo yoba yaratanze amafaranga ashika kuma Europ 70 kugira ashobore gukota ico kimashini giterura ibintu bitandukanye .

Mwomenya y’uko Ali kuva agihanwa yari yashikirije y’uko adashobora kubura ingene araba inkino z’umugwi wiwe uzoba uriko urakina.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 669