Athletismekirundi_Sports

#IndundiSports | Ihiganwa ryo gusiganwa n’amakinga mu bigeme ryaraye risozerewe

Ihiganwa ryo gusiganwa n’amakinga ku ruhande rw’abigeme ryaraye risozerewe mu ntara ya Gitega ku murwa mukuru wa poritike.

 

Abanonotsi bafashe ikibanza kuva mu ntango z’iryo higanwa gushika mu mpera zaryo basa nka babandi nyene kuko umu nya misirikazi Abtissam Zayeb niwe yarangije iryo higanwa ari mu kibanza ca mbere haca hakurikira  wa  mwigeme w’umurundikazi Rukundo Emanuella avuka mu ntara ya Kayanza , mugihe uwafashe ikibanza ca gatatu ari Okitu Helene wo muri RDC.

Uwurongoye ishirahamwe ryo gusiganwa ku makinga ntiyasivye gushimira cane bimwe bivuye ku mutima abarongoye intara zose bagiye baracamwo n’ingene bagiye barabakira.

Mwomenyako iryo higanwa ryo gusiganwa  n’amakinga atahandi ryariko rirabera  atari mu gihugu c’Uburundi.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 277