homepageArsenalInkinokirundikirundi_SportsYvan muziki

Kimwe mu bintu bitotubera gitsitaza mu rukino rw’ u Burundi na Gabon


Mugihe hasigaye imisi mike gusa kugira urukino rw’intamba mu rugamba hamwe na les Pathères de Gabon rube ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryaramaze guhindu Kimwe mu bintu bitotubera gitsitaza mu rukino rw’ u Burundi na Gabon. ..ra ibintu.

Ica mbere umunya gihugu akwiye kumenya ko igiciro c’itike wahora winjirako atari ca kindi aho ahasanzwe yicara, mu kibanza gisanzwe naco ategerezwa ku kirihira amafaranga 5000fb(ibihumbi bitanu vy’amarundi .)

Naho igiciro cadugijwe basaba ko bitotuma abakunzi b’intamba banka kuza ku bwinshi kubashigikiramuri urwo rukino rwo kw’igenekerezo rya 23 ntwarante umwaka wa 2019 isaha y’ icanda (15h00) Ku kibuga citiriwe umganwa Rudoviko Rwagasore.

Ikindi kintu gikomeye ku munyagihugu nuko akwiye kumenya ko itike imwe iba ikwiriye umuntu umwe atayizokwinjirako abantu babiri, kuko n’ umwana azorihirwa bivanye n’ibibanza nkuko tubishikirizwa na Reveriano Ndikuriyo arangoye ‘ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB) kumwe n’Inama Nkenguzamateka mu kiganiro yakoranye n’abemenyesha makuru b’inkino mu kwezi kwa Nzero.

Ibiciro vyo kwinjira akaba ari ibi bikurikira:

  • Ku mpande z’ikubuga : 5000fb

-Mu bw’ugamwo A na D : 20.000fb

  • Mu bw’ugamwo B na C : 50.000fb

Mu bw’ugamo bw’iteka rikomeye VVIP : 500.000fb .

Mwomenyako kuruhande rw’ abakunzi bintamba bavuga ko kwishura kitari ikibazo ariko badatahura neza igituma boguma baduza ibiciro Mugihe ico kivuga kitokorwa ku rugero ibindi kivuga mpuzamakungu bigezeko.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871