HealthhomepagekirundiSantéWorld News

Kurwanyiriza hamwe Covid-19, nico ishirahamwe ONU risaba

Igekenekerezo rya 21 Nyakanga uko umwaka utashe amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amahoro.

Mw’itangazo ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bahamagarira abantu bose kw’isi kuja hamwe mu kugwanya ikiza ca Coronavirus kibangamiye amagara y’abantu.

Iryo tangazo rivuga ko twese dufise umwansi umwe ata mpamvu yo kuryana. Icivugo c’uyu mwaka kivuga kiti: “Twese hamwe twubake”

What's your reaction?

Related Posts

1 of 755