Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye gutangura igice ca kabiri cayo ( Phase Retour)
Uku niko imigwi izohura muri ino ndwi :
Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 10/04/2020:
– Isaha indwi 13h00 ku kibuga c’intwari umugwi wa Les jeunes uzokwakira New Oil
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari, umugwi wa Top Junior Fc uzokwakira umugwi wa Messager Rumonge
Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 11/04/2020:
– Isaha indwi 13h00 ku kibuga c’ingoma umugwi wa Royal Fc Muramvya uzokwakira Delta Star
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Umuco , umugwi wa Unité Fc Muyinga uzokwakira umugwi wa Lumière de Mwumba
– Isaha icenda n’igice 15h30 , umugwi Garage Fc izokwakira Flambeau de l’Est
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Urunani , Les Elephant izokwakira Telaviv Fc
– Isaha indwi 13h00 ku kibuga c’intwari umugwi wa Volontaire Fc uzokwakira umugwi wa Muzinga Fc
– Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 15/04/2020.
– Isaha icenda 15h00 Ruyigi Buhumuza Fc Cankuzo uzokwakira Moso Sugar