Entertainmenthomepage

Mkombozi avuze ivyemeza ko Sat B atari umurundi

Iyishurana rya Mkombozi na Sat -B ryatanguriye ku ndirimbo ya Mr Champagne yise Kajala yaririmbanye na Mkombozi n’abandi baririmvyi babiri baba Congomani ivyaririmbwe muriyo ndirimbo habaye kudatahura kumwe yuko bifise akamaro.

Mr champagne akaba ari nawe nyene indirimbo yasiguye ko kuririmba izina ry’umukobwa mu ndirimbo vyama bikorwa na benshi bitobatangaze kuba yaririmvye iryo zina.

Ayo majambo ayanditse mugihe ku mbuga ngurukana bumenyi hari uwari yifatiye mugahanga iyo ndirimbo “Kajala”yuko iri mu ndirimbo zituma abarundi badatera Imbere.
Aho nyene umuririmvyi Sat -B yaciye yishura kuriyo comenteri yandika ati:”Abo si abaririmvyi b’abarundi.”

Kuba Sat – B atemeye ko atari abarundi kandi Mkombozi nivyo vyanse ko Mkombozi yihangana avuga ati :”Sat -B iyaba uwundi ntaba avuga ko abandi ari abanyamahanga kuko nawe ntabwo ari umurundi kuko Papa wiwe n’umukongomani na Mama wiwe n’umu Tanzania wo muri Zanzibar.
Ivyo vyanditswe na Mkombozi kuri post yarishizweko na Mr champagne ahamagarira Sat- B kutavangura abandi ngo nuko atari abaririmvyi b’abarundi

Ivyiyo ntambara bigiye kugarukirahe? Hoho namwe mwari muzi yuko Sat – B atamaraso y’abarundi afise?

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 705