featured sportChelseaEsther NishfootballhomepageIbiyovyabwengekirundikirundi_Sportsprimus ligueYvan muziki

Primus ligue : uku niko imigwi igiye guhura Ku ndwi ya 17

Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018 no kuw’Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018, ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku ndwi ya 17.

Uku ariko imigwi igiye guhura kw’igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018.

–  les lierres izokwakira Musongati Fc isaha yindwi n’igice (13h30)Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore

– Bumamuru Fc izokwakira Olympic Star isaha icumi (16h00) Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore.

– Ngozi city izokwakira izokwakira Flambeau de l’Est isaha y’icenda( 15h00) Ku kibuga c’Urukundo kiri Ingozi

– Aigle Noir izokwakira Buja city isaha icenda 15h00 Ku kibuga co mu Ruyigi.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018.

– Messager buja izokwakira LLBS4A isaha y’indwi n’igice (13h30)Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore

– Athletico Olympic izokwakira Rukinzo Fc  isaha y’icumi 16h00 Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore

– Flambeau due centre izokwakira Vital’o Fc isaha y’icenda (15h00 )Ku kibuga c’ingoma kiri Igitega .

– Messager Ngozi izokwakira Kayanza united isaha y’icenda 15h00 Ku kibuga c’Urukundo kiri mu ntara ya Ngozi.ndi Sports |  Primus league : uku Niko imigwi igiye guhura Ku ndwi ya 17

Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018 no kuw’Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018, ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku ndwi ya 17.

Uku ariko imigwi igiye guhura kw’igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018.

–  les lierres izokwakira Musongati Fc isaha yindwi n’igice (13h30)Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore

– Bumamuru Fc izokwakira Olympic Star isaha icumi (16h00) Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore.

– Ngozi city izokwakira izokwakira Flambeau de l’Est isaha y’icenda( 15h00) Ku kibuga c’Urukundo kiri Ingozi

– Aigle Noir izokwakira Buja city isaha icenda 15h00 Ku kibuga co mu Ruyigi.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018.

– Messager buja izokwakira LLBS4A isaha y’indwi n’igice (13h30)Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore

– Athletico Olympic izokwakira Rukinzo Fc  isaha y’icumi 16h00 Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore

– Flambeau due centre izokwakira Vital’o Fc isaha y’icenda (15h00 )Ku kibuga c’ingoma kiri Igitega .

– Messager Ngozi izokwakira Kayanza united isaha y’icenda 15h00 Ku kibuga c’Urukundo kiri mu ntara ya Ngozi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891