homepage

Uko imirwi izohura mu gikombe c’umukuru w’igihugu

Hatungunijwe Tombora y’uko imirwi izohura mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 29 Nzero umwaka wa 2024 ahasanzwe hakorera ibiri vy’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB..

Imirwi yose izokwitabirira iryo higanwa, yapanzwe hisunzwe uturere.

Akarere ka mbere kagizwe n’imirwi yo muntara ya Bujumbura n’igisagara ca Bujumbura ,akarere ka Kabiri kagizwe n’imirwi yo mu ntara ya Gitega, Ruyigi na Karusi;akarere ka gatatu kakaba kagizwe n’imirwi yo mu ntara ya Ngozi, Kayanza, Muyinga na Kirundo.Akarere kanyuma n’ako kagizwe n’imirwi yo mu ntara ya Makamba, Bururi, Rumonge, Rutana na Mwaro.

Ibi nivyo vyavuye muri iyo Tombola
Akarere ka 1:

-Ok Bazaar vs Muyinga Star Kinama
-Maramvya City vs Buterere City
– Kanyosha City vs Sororezo United
– AAPS FC vs Vautour
– Kibenga Boys vs JRS Star Gatumba
– Ameen vs Brothers Men
– Jeca Regina Mundi vs Ac. Burundi Pax
– Mailo Team vs Interplan

Akarere ka 2:
– Bugendana City vs Mugera United
– Nyarusange FC vs Play Star
– Cittensen CIY vs Les Aînés FC
– Aigle Star Rusamaza vs Académie Aigle Noir Ruyigi
– Freedom vs Académie Express
– Kinyinya FC vs Mbappé FC
– Okapi vs Intare

Akarere ka 3:
– Les Commerçants FC vs King Company
– Canga Canga Boys vs Rwesero City
– Ngozi City vs Lumière de Mwumba
– Fina FC vs Kirundo City
-Les Aigles Commerçants vs Etoile du Nord
– Mukenke United vs AS Busoni
– Rukinzo du Nord vs Bata Sport

Akarere ka 4:
– Mabanda Academy vs Lumière FC
– Amasekanya FC vs Matana FC
– Rema FC vs Murama United
– Gatwe FC vs Matana City
– Aigle Noir Kigwena vs Malagarazi CS
– Unité des Jeunes FC vs Moso City.

Inkuru yanditswe na Vincent Nkunzimana

What's your reaction?

Related Posts

1 of 671