homepagekirundi_Sports

Umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba w’abigeme wafashe urugendo ruwushikana mu gihugu c’U #Rwanda.

Abigeme bakinira umurwi nserukira gihugu #Intamba mu rugamba mu mipira w’ amaguru (football)urikumwe n’umumenyereza Alain Olivier Niyungeko hamwe n’icegera ciwe Belyse Ininahazwe amenyereza Inter Star, kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga 2023 bafashe urugendo rubashikana mu gihugu c’Urwanda gukina urukino rwa kivandimwe mu ntumbero zo kwitegurira umurwi nserukira gihugu wa #Ethiopie mu nkino zo kurondera itike yo gukina igikombe ca #Afrika.

N’inkino zibiri zizobera ahitwa i Bugesera ni mu gisagara ca Kigali ku magenekerezo ya 15 na 16 Nyakanga 2023.

Uru nirwo rutonde rw’abakinyi umumenyereza yashimwe gutwara i #Kigali:

1. Amissa INARUKUNDO
2. Ariella UMURERWA
3. Adidja NZEYIMANA

4. Djazila UWINEZA
5. Evelyne AKIMANA
6. Angélique KEZA
7. Rasia UWIMANA
8. Rachelle BUKURU
9. Sandrine NIYONKURU
10. Charlotte IRANKUNDA
11. Annonciate NSHIMIRIMANA
12. Susana ZILFA
13. Aniella UWIMANA
14. Erica KANYAMUNEZA
15. Bora INEZA
16. Peace Olga N

Umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba w’abigeme wafashe urugendo ruwushikana mu gihugu c’Urwanda.
Abigeme bakinira Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba mu mipira w’ amaguru (football)urikumwe n’umumenyereza Alain Olivier Niyungeko kumwe n’icegera ciwe Belyse Ininahazwe amenyereza Inter Star, kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga 2023 bafashe urugendo rubashikana mu gihugu c’Urwanda gukina urukino rwa kivandimwe mu ntumbero zo kwitegurira Umurwi nserukira gihugu wa Ethiopie mu nkino zo kurondera itike yo gukina igikombe ca Afrika.
Ni inkino zibiri zizobera ahitwa i Bugesera ni mu gisagara ca Kigali ku magenekerezo ya 15 na 16 /9/2023.

Uru nirwo rutonde umumenyereza yashimwe gutwara I Kigali:

1. Amissa INARUKUNDO
2. Ariella UMURERWA
3. Adidja NZEYIMANA

4. Djazila UWINEZA
5. Evelyne AKIMANA
6. Angélique KEZA
7. Rasia UWIMANA
8. Rachelle BUKURU
9. Sandrine NIYONKURU
10. Charlotte IRANKUNDA
11. Annonciate NSHIMIRIMANA
12. Susana ZILFA
13. Aniella UWIMANA
14. Erica KANYAMUNEZA
15. Bora INEZA
16. Peace Olga NIYOMWUNGERE
17. Espérance HABONIMANA
18. Chanceline AKIMANA
19. Asha DJAFARI
20. Estella GAKIMA
21. Rukiya BIZIMANA
22. Adolphine RUMURI
23. Gloris GAKIZA
24. Nasra NAHIMANA

What's your reaction?

Related Posts

1 of 817