africa newsEast Africa Newshomepagekirundi

Ntakibarizwa muri bazima, H.E. Daniel Toroitich arap Moi yahoze arongoye “KENYA”

Isanamu yerekana nyakwigendera igihe yari akiri ku nganji

Umukuru w’Igihugu ca Kenya Nyakubahwa UHURU Kenyatta, uyu musi igenekerezo rya 04/02/2020  yatangaje urupfu rw’uwahoze arongoye Igihugu ca kenya kuva mu myaka ya 1978 gushika 2002, imyaka 24, akaba rero yitavye Imana ashikanye imyaka 95. Urwo rupfu rero ngo rukaba rushitse nyakwigendera yari amaze ikiringo c’ukwezi kurenga mu bitaro.

Umukuri w’ico gihugu ca Kenya muri iki Kiringo UHURU Kenyatta yahise ngo atangaza icunamo gushika aho hazoshinguranwa iteka naho kitaramenyeshwa.

 

IMANA IMWAKIRE MU BWAMI BWAYO!

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 755