EntertainmentFeaturedhomepagekirundimembers-membership-requestmusicmuzik na wasani

Amajambo aremereye B-Face On The Flow yandikiwe

Inyuma yo gushira hanze amashusho y’indirimbo yise Best Rapper in Kenya habonetse uwumukoza urutoke mumbonero aho yamuhakaniye cane mu kwandika ubutumwa burere

Afisa Raj-B yamenyekanye cane nk’umu Raperi yandika kandi akanandikira abaririmvyi benshi vyabonetse ku mbuga ngurukana bumenyi ziwe yanditse agira ati :

“Hahahah 😂 akabi gatwengwa nk’akeza.
Lack of creativity ni ikibazo nyamukuru gihanze m’umuziki ndundi muri rusangi. Nguyo umu nya Kayanza yumvise Khaligraph Jones asohoye indirimbo yitwa BestRapper in Naija nawe aciye abwira umwanditsi wiwe Lavista amwandikire iyo yise Best Rapper in Kenya. Reka nkwibire akabanga man, erega Khaligraph yasohoye irya song kubera yarahejeje gutwara AWARD muri NIGERIA yahiganigwa n’aba rappers bo mur’ico gihugu nyene, kandi ikaba yaje ari diss k’umu rapper yamuvyonze.

So, imbere yo kwiyita BEST RAPPER mu gihugu utarigera uhonyozamwo ikirenge, banza kwanza ube umu BEST mu Kayanza uvuka. Muri Kenya they rap man, they don’t joke as you usually do with your whack ass swahili rhymes and flows. I’m out! “

Ayo n’amwe mu majambo ubona canke wumva neza ko aremereye Umu Raperi Afisa Raj-B yabwiye umuririmvyi B-Face On The Flow aho ashiriye indirimbo yiwe ahabona akaba yayise Best Rapper In Kenya.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769