CAN2019groups-at-messagehomepageInfrastructuresInkinointamba murugambakirundikirundi_SportsSport

Iki nico catumye Rashid Léon adashobora gukina CAN 2019

 

Mu kiganiro umukinyi w’inyuma w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar mugihe umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba wariko uritegurira inkino za CAN 2019 zari zigomba zibere muri Egypt.

Rashid Leon yavuze ibitari bike abantu batari bazi kuvyerekeye ingwara yagize , akaba ashimira vy’imva-mutima uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ku kigoro yakoze mu kuza kumuvuriza mu gihugu ca Dubai

Ikiganiro cose yakoranye na Indundi TV kikaba ari ico munsi 👇🏿👇🏿👇🏿

What's your reaction?

Related Posts

1 of 895