homepagekirundikirundi_SportsYvan muziki

Aubameyang ku rutonde rw’abakinyi 23 ba Gabon bazoza i Bujumbura

Umumenyereza wa Gabon Danniel Cousin kuva ku musi wa mbere igenekerezo rya 11 Ntwarante yarashize ahabona urutonde rw’abakinyi 23 ba Gabon bazoza gutana mu mitwe n’intamba mu rugamba mu rukino rwo kurondera itike yo kwitabira inkino za AFCON 2019 zigiye kubera mu Misiri.

Muri urwo rutonde rw’abakinyi 23 dusangamwo umusatirizi wabo Pierre Emerick Aubameyang asanzwe akina mu bwongereza mu mugwi Arsenal mu gihe uyo mukinyi wenyene ataremeza y’uko azoboneka muri urwo rukino.

Aba nibo bakinyi 23 batowe na Danniel Cousin:

Abanyegori :

1) Ovono
2) Moto
3) N. Amonome

Abakina inyuma :

4) Palun
5)Manga
6)Appidangoy
7) King
8) Nguema
9)Oto’o Zué
10) Obiang
11) Abessolo

Abakina hagati :

12)Ndong
13) Poko
14)Madinda
15)Ndella
16)Branger Engone
17)Nze Afatoughe
18)Jim Allevinah

Abasatirizi :

19) Aubameyang
20)Bouanga
21)Meye
22) Evouna
23) Mezu

24) Guelor
25) Biyoghe
26) Boupendza

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871