BurundiEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Umuyabaga RMX buca ishirwa ahabona

Indirimbo umuyabaga RMX ya Nziza Desire yakozwe kuva akiri mu karuhuko hano iwacu, ariko itari bwasohoke, igiye gushirwa ahabona.

Nkuko vyabonetse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi yashize ahabona teaser y’iyo ndirimbo ariko Kandi anashira ahabona urupapuro ndangandirimbo (Cover) rumenyesha umusi izoshirirwa ahabona.

Iyo ndirimbo yakozwe n’umuhinyanyuzi w’umunyarwanda, Meddy Saleh, ikaba izoshirwa ahabona ku musi wa mungu igenekerezo rya 1/5 ku musi mukuru wahariwe abakozi.

Mukibuka ko iyi ndirimbo yabanjr kuvugwa ko yari kuyikorana n’uwundi muririmvyi w’umunyarwanda, ariko aza kumunaniza ahitamwo kuyikora wenyene.

—————

DICOBU irahamagarira abipfuza guhiganwa haba muri Miss Burundi- USA canke muri DICOBU MUSIC Awards kwiyandikisha kuri www.dicobu1.com

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775