BurundiDiasporadiaspora musicEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Abantu bashobora gukora Pre-save ya Album ya Don Brighter

King & Queen Album nshasha ya Don Brighter izoshirwa ahabona igenekerezo rya 25/5 ku mbuga zigurisha umuziki ngo ubu umuntu arashobora kuba arakora Pre-save kuri izo mbuga ku bakunzi b’iyo mihora abatari bake bumviririzako umuziki buri musi.

Ivyo bikaba vyashikirijwe na Don Brighter ubwiwe akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram.

Iyo Album ikaba imaze igihe iriko irakorwa, ariko Kandi ikaba izoba irimwo Indirimbo 10 n’ama Collabo 5 nkuko yaheruka kubishikiriza kuri urwo rubuga nyene.

Mwomenya ko uwo muririmvyi yaheruka gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo Kelele haraheze imisi iriko irababa ukwezi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 779