BurundiEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

B Face ngo Vania Ice ntibamukure mu Muziki

Kuba hari abigeme bahagarika umuziki inyuma yo kugira ubugeni, ngo birababaje cane. Ivyo biheruka gushikirizwa na B Face ubwiwe mw’ijambo yashikirije mu bukwe.

Muri iryo Jambo, uwo muririmvyi yasavye umushingantahe wa Vania Ice kitamubuza kuririmba, kuko kuba Uburundi bwaramuronse nk’umuririmvyikazi Kandi aririmba neza ngo n’umunezero.

B face yanasavye ko umuryango w’umushingantahe wa Vania, utoremera uwo muhungu wabo ngo abuze umutambukanyi wiwe kuririmba, kuko Ari akazi mu bundi.

Mwomenya ko Vania Ice ata gihe kirekire amaze yinjiye mu gukora Indirimbo ziwe, ariko akaba yarasanzwe aririmba muri Karaoke.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775