BasketballhomepageInkinokirundikirundi_SportsMathematique

Basket-ball : Landry Ndikumana ntawumukoreramwo mu Burundi eka no mu Buganda

Umukinyi nserukiragihugu mu nkino za basketball Landry Ndikumana kuva mu mwaka wa 2017 na 2018 ntawumutwara agashimwe ka MVP haba hano iwacu canke mu gihugu c’Ubuganda.

Landry Ndikumana ubu abarizwa mu gihugu c’Ubuganda muri city_oilers yavutse mu mwaka w’1995 kw’igenekezo rya 11 ruhuhuma, umuryango wiwe ukabarizwa muri zone ya Bwiza mu gisagara ca Bujumbura.

Landry Ndikumana akaba ari umwe mu bateye iteka igihugu ndetse n’umukuru w’igihugu yari yatanze itike ku murwi w’Urunani mu nkino za zone 5 zabereye mu gihugu ca Kenya. Landry akamenyesha ko akazi agifise ari kenshi kugira agume ari kw’isonga haba hano iwacu no mu karere.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 874