homepagekirundikirundi_Sports

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Mu gihe hasigaye amasaha abiri gusa kugira intamba mu rugamba zitane mu mitwe na RCA mu rukino rwo kurondera itike yo gukina inkino za CAN 2021, umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 11 aza gutanguza mu kibuga.

Akaba ari aba bakurikira :

1) Justin Ndikumana
2)Ngando Omar
3) Moussa Omar
4)Ramadhan Diamant
5)Joel Bacanamwo
6) Duhayindavyi Gael
7)Elvis Kamsoba
8) Cédric Amissi
9) Fiston Abdoulrazzaq
10) Nahimana Shassir
11) Mohammed Amissi

Abagombora ni :

1)Jonathan Nahimana
2) Parfait Bizoza
3) Jordi Liongola
4)Bon fils Caleb
5)Enock Nsabumukama
6)Kanakimana Bienvenue

Mukamenya y’uko urukino ruza gutangura isaha icenda 15h00 mu masaha ya hano iwacu .

Nta mboneshakure n’imwe iza kwerekana urwo rukino kiretse ko ruza kwumvikana kw’insamirizi y’igihugu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871