homepageintamba murugambakirundikirundi_Sports

Gaël Bigirimana yaraye ahezagijwe ikibondo ca kabiri

Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 28 Munyonyo 2019, niho umupfasoni w’umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Gaël Bigirimana yarara asimvye impanga Imana iracana.

Uyo muryango ukaba waraye uronse umwana w’umuhungu bamuha izina rya Eli Eliezer Gabriel Bigirimana.

Gaël Bigirimana akaba yari amaze ikiringo c’ukwezi kwose ari hafi cane y’umukenyezi wiwe n’umuryango wiwe muri ivyo bihe biba bitoroshe k’umuvyeyi.

Indundi Sports ikaba ikeje umuryango wa Gaël Bigirimana asanzwe ari icegera ca kizigenza w’intamba mu rugamba.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 884