Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Simba Sc wo mu gisagara ca Dar es saalam. Saido akaba yashize umukono kumasezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange afatwa nk’umukinyi w’igitangaza muri Istanbul Basaksehir. kuva ihiganwa ryo muri Turky ritanguye umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Youssuf Nyange niwe afise…
Abashikiranganji bagize Reta y’Uburundi hamwe n’Umukuru w’igihigu Evariste Ndayishimiye nabo nyene baterereye amafaranga angana n’imiriyoni 100 z’amarundi kugira ikibuga Intwari kibandanye cubakwa . Ivyo bikaba…
Umumenyereza w’abanyegori Amidou Hassan ntakibarizwa mu mugwi Athletico New Oil Acedemy wa hariya i Muyinga . Ivyo bikaba vyabonekeye mu majambo yanditswe ku rubuga ngurukana bumenyi rw’uwo munyegiri aho…
Umugwi Aigle Noir Cs ukina mu cicaro ca mbere hano iwacu uzoserukira igihugu c’Uburundi mw’ihiganwa Mapinduzi Cup rizobera mw’izinga rya Zanzibar . Uwo mugwi Aigle Noir Cs ukaba umaze gutumako abakinyi 30 bazotoramwo…
Umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Cs Nkurunziza Yanick batazira Mkude yerekeje mu gihugu ca Turkey. Yanick akaba yafashe indege kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 yerekeza muri ico gihugu ca…
Imigwi y’abigeme la Colombe na Buja Queens yaraye inganije. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Kigarama 2022 isaha zitatu zo mugitondo , aho umugwi La Colombe wari uramutse wakira Buja Queens mu rukino rw’indwi igira 4…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Kigarama 2022 ku kibuga c'i Nyamirambo ,aho umugwi As Kigali…
Umunyegori w’Umurundi asanzwe akinira umugwi Geita Gold , Arakaza Mac Arthur yashizwe ku rutonde rw’abakinyi 18 b’abanyamahanga bavyitwayemwo neza mu gice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihigu Tanzania ( NBC…
Styve Nzigamasabo abandanya yigenza neza mu mugwi KMC wo mu gihugu ca Tanzania . Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2022 , aho umugwi KMC wari wakiriye umugwi Mbeya City mu rukino rw’indwi igira 13 rw’ihiganwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.