Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi Hussein Shabani Tchabalala gushika ubu ntawuramuhagarika mu kwinjiza ibitsindo vyinshi mu gihugu c’Urwanda . Hari ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 03 Kigarama 2022 ku kibuga c’Inyamirambo…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye afashije Geita Gold kunganya na Mtibwa Sugar naho mu nyuma yaciye aronka ikarata itukura . Hari kuri uyu w’imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2022, aho umugwi Geita Gold…
Umunyarwanda yigeze kurongora umugwi Vital’o Fc mu mu myaka ya kera Muramira Grégoire yitavye Imana biturutse ku ngwara . Umuhisi Muramira yarafashije cane umugwi Vital’o Fc kuyishikana mu rukino rwa nyuma ( Finale) rwa CAF…
Ikibuga c’Intwari kibandanya gikorwa uko bukeye uko bwije , aho mu mezi abiri kimaze gutwara imiriyaridi zishika kuri 2. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022, isaha icumi n’imwe z’umugoroba 17h00 aho…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryakuyeho ibihano ryari ryafatiye igihugu ca Kenya vyo kutitabira inkino mpuzamakungu bivanye n’uko Reta yabo yari yivanze mu bijanye n’umupira w’amaguru. Ico gihugu ca Kenya cari…
Umugwi Gasogi United ukinamwo uwahoze ari Kizigenza w’Intamba mu rugamba Nizigiyimana Karim waraye utsinze Kiyovu Sports ikinamwo abakinyi babiri b’abarundi Bigirimana Abedi hamwe na Nshimirimana Ismail . Hari ku musi w’Imana…
Umukinyi w’inyuma w’Intamba mu rugamba hamwe na Rayon Sports Ndizeye Samuel yaraye atowe nk’umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Gitugutu 2022 . Aho ni inyuma yo gutorwa n’abakunzi b’umugwi Rayon Sports asanzwe akinira muri…
Umugwi w’Urunani waraye utsinzwe n’umugwi wa NBA Academy mu rukino rugira kabiri rwa Elite 16. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Munyonyo 2022, muri Africa y’epfo mu gisagara ca Johanesbourg ahariko habera ihiganwa…
Umugwi Simba Sc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania uriko uraba ingene wogura Saidi Ntibazonkiza mu kwezi kwa kigarama kugira aze gusubirira Clatous Chama amaze imisi ari mu mvune . Mu makuru twasomye ava mu …
Umugwi w’Urunani waraye utsinze umugwi wa KPA wo muri Kenya muri ya mahiganwa ya Road to Bal Elite 16 ariko abera mu gisagara ca Johanesbourg mu gihugu ca Africa y’epfo. Hari kuri uyu wa kabiri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.