Mu kurindira ko ihiganwa rya basketball ritangura mu gisagara ca Bujumbura , imirwi ibandanya yitegura bakaba bariko barakina inkino za kivandimwe. Kuri uyu w'Imana ,igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020 ku kibuga ca…
Ntibikiri urukurukuru, uwahoze ari umumenyereza wa New stars Aimé Bitagoye yahawe amabanga mashasha muri Gymkhana. Aimé Bitagoye ni nde? Aimé Didier Bitagoye n'izina rizwi cane mu rukino rwa basket-ball na cane cane…
Ku kibuga Toyota Gikungu, Urunani basketball club kuri uyu w’Imana yirahiye les hippos mu rukino rwa kivandimwe ku manota 72 kuri 44. 1. Birakomeye hagati y'ubushikiranganji bw'inkino na FIBA Afrique iraba urukino…
Kuri uyu w'imana igenekerezo rya 8 Ntwarante 2020, indirimbo ihayagiza igihugu cacu c'Uburundi yaraye isamiraniye mu rukino rwahuje umurwi Baylor na Iowa States University ikinamwo umurundikazi Ines Nezerwa…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020 niho Umuhanuzi canke umuvugabutumwa Prophet Nigel Gaisie yamuka mu gihugu ca Ghana yavuga y'uko hamwe yohabwa ibice 10% vy'agaciro kimiriyoni 500…
Kuva igenekerezo rya 13 Munyonyo umwaka wa 2012 hari umugabo umwe yitwa Noso yanditse kuri Twitter yiwe y'uko igihangange ca NBA Kobe Bryant azopfira mw'isanganya ry'indege ya Kajugugu bikaba ari navyo vyaraye…
Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye kuri…
Umukinyi nserukiragihugu mu nkino za basketball Landry Ndikumana kuva mu mwaka wa 2017 na 2018 ntawumutwara agashimwe ka MVP haba hano iwacu canke mu gihugu c'Ubuganda. Landry Ndikumana ubu abarizwa mu gihugu…
Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c'u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague . Hari Kur'uwu w'Imana igenekerezo rya 10 Ruhuhuma umwaka wa 2019 umugwi Reg BBC umenyerezwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani. Hari kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 20 Nzero umwaka wa 2019 , aho ishirahamwe ry'umupira w'amaboko mu!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.