Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane urimwo abakinyi…
Mu mpera z'ino ndwi harasozerewe ihiganwa rya Basketball ryatunganijwe n'imvukira za karitiye Jabe zifashwe mu mugongo n'umwungere w'ishengero Holy center kw'isi buca rirumanya imyaka itatu ribayeho.…
Kuri uno wa Gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020 , Indundi Sports tubazaniye urutonde rw'ibibuga vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi gusumba ibindi . Akaba ari ibi bikurikira : 10) ikibuga ca Léopold - Sédar -…
Urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe ry'imvukira za Zone Bwiza rwo muri quartier ya Jabe rwifadikanije n'ishirahamwe rya Basket mu gisagara ca Bujumbura ACBAB barateguye ihiganwa rigiye gutangura mu mpera zino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.