“Isabukuru nziza kuri wewe YAN JASON, nta Vyinshi novuga, gusa Imana ikuzigame muhungu wanje, turagukunda cane! Warakoze Mana kuri aka kaganuke.” Aya niyo majambo Mama w’imfura ya Yvan Muziki yashize ku rubuga rwiwe rwa…
Abaporisi bagera kuri batandatu birukanwe mu giporisi c’Uburundi inyuma y’aho bafataniwe itonga mu rudandazwa rwa magendo. Nk’uko vyashikirijwe kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 11 Nyakanga umwaka w’2020 n’umuvugizi…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 10 Nyakanga umwaka w’2020, umushikiranganji wo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yari yaramutse agendera ibitaro bitandukanye biri mu gisagara ca Bujumbura…
Abashingamateka bakoraniye kuri uyu wa kane mu ngoro yabo mu kigobe aho bari baramutse biga integuro isubiramwo itegeko rigenga inyigisho za Kaminuza. Igihe yariko arasigura iryo tegeko, umushikiranganji w'indero…
Mukiringo gito cane ahamagawe irya mbere mu mugwi nserukiragihugu w'Ububiligi bivuye kukuntu yigenjeje mw'ihiganwa rya 2019-2020 muri Pays-Bas, Mike Tresor Ndayishimiye yaramaze gukina inkino 3 za nyuma afasha…
Mw' ihiganwa ryabereye mu ntara ya Makamba muri komine ya Nyanza-lac ku magenekerezo ya 5 na 6 Nyakanga 2020, hatahukanywe imidale ishimishije. Kuruhande rw'abagabo : - Uwimana Amadi, umusore wo muri komine …
Abana 1500 bo ku mashure shingiro ane yo muri komine Busiga mu ntara ya Ngozi nibo baronkejwe amakaye afise agaciro k'amafaranga y'amarundi imiliyoni indwi akaba yatanzwe na Marc Manirakiza batazira Poshen…
Impunzi z’abarundi bahora mu nkambi y’impunzi y’I Mahama mu gihugu kibanyi c’Urwanda zahungutse kuri uno wa kane igenekerezo rya 10 Nyakanga 2020, aho zakiriwe zishitse ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda neza na neza mu…
Intandaro y’ukutagaruka Kwa Nziza Desire muri Afrika mu kirngo c’imyaka 12 yaramaze muri Amerika ngo n’ukuba atari bwaronke ivyangombwa, ariko ubu ngo n’umunyamerika. Ivyo n’ivyo yayagiye Lucky ku mboneshakure RBA,I Kigali.…
Ntahakana ariko kandi ntiyemeza ko ari umurundikazi canke umunyarwandakazi. Uwo ni Kaneza Lynka Amanda umunyamideri yabigize umwuga, ubu abarizwa mu gihugu ca Congo I Kinshasa, yamenyekanye cane aho yatahukana igitsibo ca…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.