Kingorongoro ngo impamvu atahora ateba muri Label bahora bakorana ngo nuko ata masezerano baba bafitanye, bikaba vyaca vyoroha uburyo akinjura, Nkuko yabiyagiye umwe muri bagenzi bacu. Magic abarizwa uno musi muri Label ya…
Les honorables députés se sont réunis ce mercredi 9 septembre 2020 en séance plénière à l’hémicycle de Kigobe pour analyser et adopter le projet de loi régissant l'Autorité de Régulation du Marché des Capitaux au…
Abamenyeshamakuru bahamagariwe kwongereza ibiganiro bivuga ku buzima bw'abagendana ubumuga. Ivyo ni ibiri muvyo Umwunganizi w'umushikiranganji wo kumenyesha amakuru yashikirije kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 9…
Nk’uko biri mw’itangazo yaraye ashize ahabona, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi hamwe n’umutekano, Petero Nkurikiye amenyesha ko igikorwa co kwandika urwaruka rwose rwize…
Impunzi z’abarundi bari bahungiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo ubu bari ahitwa i Kavinvira basabwa kuba barihangana mu kurindira ko ikibazo cabo kija mu buryo. Ivyo ni ibishikirizwa na…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze, igenekerezo rya 7 Nyakanga umwaka w'2020, umushikiranganji w'indero Gaspard Banyankimbona yari yaramutse yugurura icese umwaka w'ishure w'2020 ushira uw'2021 hamwe…
Hamaze imisi hibonekeza abantu bataramenyekana bugurura imbuga zo guhanahanako amakuru bakoresheje amazina y'abategetsi bamwe bamwe b'Uburundi, aho inyuma y'aho umukuru w'igisagara ca Bujumbura…
Indirimbo iwanyu y'umurimvyi Nziza Désiré yari imburi y'urugendo ruzomushikana mu gihugu c'amavukiro, urwo rugendo akaba yarutanguye hagati y'igenekerezo rya 02 nirya 03 Nyakanga 2020 (bivanye…
Empire Avenue ayizi abatari bake mu bayirimwo uno musi ngo ata numwe arayizamwo, eka mbere itaranatanguzwa ku mugaragaro. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa nawe ubwiwe kuri Micro z'imwe mu mboneshakure za hano iwacu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.