Mu gihe bivugwa ko umusore Double Jay na Big Fizzo ariwe CEO wa Bantu Bwoy boba batarabana ryiza, uwo muririmvyi yaciye mu maboko yiwe igihe kitari gito yumvikanye aririmba akajambo twaheruka kwumva kera aririmba, ako nako ni…
Hampande yo kuronka ikibondo muri ino ndwi twaraye turangije, umuhinyanyuzi Endo Mike nawe yagize ico ashikiriza ku buryo umuhinyanyuzi w'umurundi John Elarts agize imisi akora. Endo Mike abarizwa muri Canada muri ino…
Kuba umutumire kuri YouTube zitari nke, gukorera muri Magic Chanel Tv, no kwerekeza ku mugabane w'Uburayi, ngo ntibihagije, Elsie Gretta ngo agiye kugaruka. Elsie Gretta, n'umwigeme yamenyekanye cane hano iwacu…
Meili n'umuririmvyikazi w'umurundikazi yaje mu mwuga wokuririmba ningoga aca aranafatisha ningoga ku ndirimbo ziwe gusa nkeyi ariko ngo tutaramumenya hari ibihe bitoroshe yaciyemwo. Uretse collabo yakoranye…
Inyuma y'amakuru ko Yvan Muziki yatandukanye na Marina mu rukundo, uwo muririmvyi ngo afise igikorwa gishasha gishobora gusohoka umwanya n'umwanya. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi abarizwa i…
Vuba cane ngo ireresi y'uruhererekane rishobora gusohoka, iryo naryo rikaba rizobonekamwo abakinyi b'abarundi nka Gasore le Comedien hamwe n'abakinyi b'abanyarwanda. Nkuko amakuru dukesha urubuga…
Umu diaspora yakoze ibara, akoza agati mu jisho kwa Marina umutambukanyi wa Kigingi none abishize ahabona n'agashavu kenshi. Marina umutambukanyi wa Kigingi yiyamye aba Diaspora ku ngeso bafise, akibaza nimba nawe…
Inyuma y'igihe abantu batari bake bavuga amajambo atandukanye ku bucuti bushasha buvugwa hagati ya Sat-b na Big Fizzo, na Lolilo nawe yahavuye agira ico avuga. Mu kiganiro aheruka kugirana na Landry Promoter, uwo…
Ukwigumanira n'abangana n'abo yavyaye, n'ukwitabira ubutambiro bihagije ngo biri mu bituma Big Fizzo aguma ari ku mwanya gusumba abubu bibera muma Showbuzz gusa. BIG Fizzo na Sat-b ngo nibo baririmvyi 2…
BIG Fizzo ngo yoba yarabeshe amakungu, mu kiganiro yakoreye muri PJ Classic FM, akoranye na Edisson Ndayahoze. Uwo muririmvyi aheruka kuvuga ko Channy Queen yashatse kumushira muri Bantu Bwoy ariko ngo asanga ntari Serieux mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.