Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano, umuhuza w'abarundi aho yarajanwe n'ukumukeza n'ukuvugana nawe uburyo bagiye gukorana. Igituma ngo nuko urwo rwego ari rushasha rutahoramwo…
Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu mahanga nidushire imitahe yacu mu burimyi…
Inyuma y'ururirimbo "Hindukira " collabo ya B-Face na Natacha , indirimbo yakunzwe cane n'abakunzi b'umuziki ndundi,munyuma iza gufatirwa ibihano, amafoto n'amajambo yari amaze iminsi abavugwako…
Des jeunes burundians dont Dativa Dalor Uwimana ,la miss University Africa Burundi 2019 font le tour du pays. Ils montrent à quel point le Burundi , cœur du continent Africain par sa forme et localisation sur la carte…
Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu kiyago aheruka guha mugenzi wacu. Ico gihe nkuko Lolilo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.