Nk'uko nyakubahwa Umukuru w'Igihugu cacu yigeze kubishikiriza aho yari mw'ikoraniro, yaraduhanuye ko twoza turasoma n'ibitabo, hejuru y'ibindi binyuramye dukora na vyonyene tukavyita ngo ni ugusoma.…
Umutekano w'Impunzi z'abarundi zahungiye mu Rwanda zizotahuka kuri uyu wa 27/8 ngo uzoba ucungerewe guhera ku mupaka gushika no mu bibanza bateguriwe bazoshikiramwo. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru umuvugizi…
Doctor canke Delegue General uno musi ngo ntawe akeneye gukorana nawe indirimbo, yaba uwo arondera canke uwumurondera. Mu kiyago na Landry, uwo muririmvyi avuga ko atarabona akamaro ko kuririmbana n'umuririmvyi wa hano…
Nadia Hakizimana plus connue sous le nom de Nelly Nat ,née le 24 juillet 1992 dans la commune de Giheta en province Gitega est une journaliste et animatrice burundaise . Fille de Ntawanka Jean Paul et de Nshimirimana…
Après plusieurs mois de silence, se consacrant seulement à son métier de journaliste , Spoks Man fait chauffer les plates formes burundaises avec les images de son tube "Mwarihe?" ..."Où étiez- vous? Un clip…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka w’2020, ubushikiranganji bw’ubudandaji bwaramutse bukoresha ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru mu ntumbero yo gushikiriza amakenga babona mw’igurishwa ry’amakaye…
Uno musi ngo hariho akaruhusho gakomeye ku bijanye n’agahembo abaririmvyi ndundi bahembwa mu biteramo, ugereranije n'uko vyari biri mu myaka y’imbere ya 2015, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro yahaye…
Mu gitabo canditswe n' uwitwa Brian Tracy citwa, "The power of self-discipline" mu kigabane yise" Self-discipline and Responsability'' uwo mugabo araduha umuco woshobora kudufasha natwe…
Arakaza Marvin Lee ngo ntakibarizwa mu nsamirizi Buja Fm nkuko abatari bake bari bamumenyereyeyo. Uwo mumenyeshamakuru yaciye mu biganiro bitari bike, uno musi niho yasezera iyo nsamirizi. Mu kiyago yagiranye na Indundi Tv,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.