Abarundi benshi na cane cane urwaruka bariko barijukira guhingura, no gukora ivyambarwa n'ibikoresho bitamenyerewe kw'isoko mpuzamakungu bifise ubwiza ndetse n'ishusho vyisangije, ivyo bigakorwa mu ntumbero yo…
Esther Nish ngo indirimbo "Kavorivori" yamutwaye umwanya munini kugira abashe kuyandika yongere anayikore, ubona ko yari no mu bihe bitamworoheye. Mu kiyago aheruka kugirana na Indundi Tv, uwo muvyeyi w'abana…
"Intango yama ari nk'umuzi w'ibuye ariko ugushaka kw'umuntu ndetse n'ihangaro nivyo bimutuma atava kw'izimwe gushika ashikiriye ico yipfuza."Iryo niryo jambo umurongozi w'ishirahamwe…
Naho Lolilo ari mu nkehwa Big Fizzo yari yahaye ubutumire ku bugeni bwiwe, uwo muririmvyi ntiyabashije kubwita. Bamwe bakaba bavuga ko ari kubera ngo uwo muririmvyi nawe atabashije kumufata mu mugongo igihe nawe abura…
Ibiriko biravurwa kw'ikinjura rya Kent p muri Empire Avenue, kandi ariwe Manager wa Sat-b na bagenziwe bari muri iyo Label, uwo musore yabitangiye umuco,kugira kwaba ukuri canke ikinyoma bimenyekane. Mu kiganiro…
Après plusieurs messages et vœux de bonheur et commentaires qui lui ont été adressés suite à son mariage religieux, via ses comptes instagram et Facebook ,le chanteur burundais Mugani Désiré alias Big Fizzo exprime sa joie…
Dudu ngo ikimutunze kikamutungira n'umuryango, ngo n'ubufundi s'umuziki. Ivyo aheruka kubiyagira abari bakoraniye. Muri iryo koraniro ryabarizwamwo urwaruka rutari ruke, uwo muririmvyi yamenyesheje ko muri…
Iyo zimaze kukunyengetera, ziraheza zikakugira nk'imbohe. Ukarondera kuziheba canke ukuzigabanya bikaguta kuw'amazi! Iyo zimaze kuba rero zaramaze kugushikana kuri urwo rugero, ni ukuvuga, ko, ziba zarakuboshe.…
Inka zibiri nizo Big Fizzo yagabiwe na Nyenicubahiro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye kumusi w’ubugeni . Kw'igenekerezo rya 25 Mukakaro 2020, niho umuririmvyi Big Fizzo yubaka rukritsu na Edith Stein Kimana, …
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.