Chris Biz ngo abakobwa bipfuza kuja muma Clip Video ntibari bakwiye gutinya kubikora, kuko n'akazi mu tundi nkuko yabiyagiye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro Chris yabajijwe nimba ata bundi bucuti…
Hampande y'ingabire zo kuririmba Big Fizzo aranafise iyo gukina amareresi, ivyo bikaba bigiye kubonekera mw'ireresi nshasha y'uruhererekane iriko irakinwa. Iyo reresi ikaba igize igihe iriko irakinwa, ikaba…
https://youtu.be/9cqhUzX9GSg Mu gitondo co kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020, umuryango w’umuhisi Perezida Petero Nkurunziza yahora arongoye igihugu hamwe n’abategetsi bo muri iki gihugu uhereye…
Rondere amahoro ava ku Mukama! Kugira ugire amahoro n'uko ku mushaha ataco woba wiyotsa. Kugirango naho ubeho ataco wiyotsa biraheza bikagusaba kugira ingendo y'ubuntu. Iyo ufise ingendo y'ubuntu rero…
Chris Biz ngo aricuza kuba yarataye umwanya, naho yakora ivyo akunda ico gihe. Ivyo n'ivyaheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuniye akagohe…
Masterland yabajijwe ico apfana na Nelladenatt, kuko atabura umwanya munini ku rubuga rwa Land rwa Instagram. Mu kiganiro "umukubito", Masterland yavuze ko ata kintu kidasanzwe basana, ahubwo ngo n'incuti yiwe…
Emery Sun ararahira akarengwa ko atanahamwe abaririmvyi bopfa bashitse mugihe ubuzima babamwo kumbuga ngurukanabumenyi ataribwo buzima ubasangamwo mubuce babamwo canke mubuzima busanzwe.Mumajambo umuririmvyi Emery Sun yayaze!-->…
https://youtu.be/Vo4WGrWHsHE Umushikiranganji wa mbere niwe arongora Reta agakurikiranira hafi ibikorwa vyayo nkuko biri mw’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi ryo mu mwaka w’2018. Mu gihe atanze imihoho, umushikiranganji wa…
Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni hamwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombanza barahiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruheshi 2020 ko binjiye muri ayo mabanga. Bari imbere y’umukuru…
Inyuma y'ugukina igikino Ninde yitwa Munyare, ngo vyamufashe igihe kitari gito kugira yakire iryo zina, noneho anatore ico yokwitwaza mu kuryakira. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Deo Ndaruzaniye mu kiganiro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.