Igenekerezo rya 5/7, azoba ari ku musi w'Imana, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum azosubira kandi gukora igiteramo. Ico giteramo kizoba ari nk'ico yaheruka gukora muri uku kwezi kwa 6, igenekerezo rya 21.…
Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije ijambo rijanye n’uwo musi udasanzwe agira ati : “Barundi, Barundikazi, Bakunzi…
Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n'amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste…
Umwe mu bamenyeshamakuru bazwi cane mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ariko ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari nka hamwe abarundi boba badashaka Sat-b ngo nibamugabire Urwanda. Akoresheje urubuga…
Iki ni kimwe muri vyinshi vyibajijweko igihe hamenyekana urutonde rw'abashikiranganji bashasha cumi na batanu baheruka kugenwa muri leta y'u Burundi irongowe na nyenicubahiro umukuru w'igihugu c' u Burundi…
Inyuma yo gusohora indirimbo zitanu(5) zo mu rukurikirane yise Nisadie, Andy Mwaga yahavuye ashira ahabona amasanamu y'imwe mu ndirimbo zirugize. Andy amenyesha ko yabaye arasohora indirimbo zitanu gusa mu ndirimbo 10…
Mw'ijambo "igicumuro'' ndumvamwo ijambo "icumu". Iyo ucumuye rero, ni nk'uko uba ucumise. Uwo mucumuranye burya muba mucumitanye! Muba musamburanye. Muba mumongoranye amubi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.