Benshi bamuzi nk'umuvumbuzi, Landry Promoter arikumwe naYves Bally (Cameraman), ariko bamenyekanye ku mboneshakure ikorera ku rubuga ngurukanabumenyi Waka Light Tv ubu batanguje ivyabo kumugaragaro.Mukiganiro yahaye…
Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko aba ariko agakora. Muri ico kiyago yagiranye n'umumenyeshamakuru yigenga Biko Steven Raphael…
Ngo nta barundi bazosubira kuronswa uruhusha (visa) rwo kuja muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe kuri uyu wa gatunu igenekerezo rya 19 Ruheshi 2020, n’igisata ca Reta zunze ubumwe za…
Ingingo zafashwe na Reta y’Uburundi zo gukaraba n’amazi meza n’isabuni ngo zizobandanya naho ikiza ca Corona kizoba carangiye. Ivyo ni ibishikirizwa n’umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida…
Kuva Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 19 gushika kuwa gatandatu igenekerezo rya 20 ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku kundwi yaryo ya 29 . Uko Nniko imigwi izohura: ku musi wa gatanu 19/06/2020 -B.Dynamic…
Lydia Nsekera yahoze arongoye ishirahamwe FFB, ubu aramutswa CNO ( Comite National Olympic ) yababajwe n'urwo rupfu rwa Se Barundi Petero Nkurunziza. Ubwambere nambere Nsekera yabanje guhoza umuryango usigwa na…
"Ukwigisha ibijanye n'ubuhinga bwa none no gutumatumanako amakuru mu mashure bifasha igihugu gushika kw’iterambere. Ubwo buhinga bufasha kandi umunyeshure gutera imbere mu bumenyi bukanatuma umwigisha nawe akarisha…
Ingingo yo kuvura abakukuruke bahora bakorera Reta yaraye ifashwe n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uyu kane igenekerezo rya 18 Ruheshi 2020 igihe yimikwa, ngo igiye kushirwa mu ngiro mu maguru masha.…
https://youtu.be/wGpAB3WVlT8 Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi, 1. Imbere ya vyose, tubanze dushimire Imana Mushoboravyose, yadushikanye kuri uno musi udasanzwe, umusi wiravye ingondo, aho kubw’ubushobozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.