Mu gisagara ca Gitega ibibanza bitandukanye harimwo ivyibutso vy'uwiguze intahe yo kwikukira n'incungu ya demokarasi hamwe n'amabarabara biriko birasigwa. Ivyo biriko birakorwa mu ntumbero yo kwitegurira…
Ubutunzi bw’igihugu c’Uburundi ngo burashobora kwiyongera gushika ku rugero rw’ibice 3.7 kw’ijana uyu mwaka w’2020 bugasubira kwiyongera kandi gushika ku rugero rw’ibice 4.3 kw’ijana mu mwaka w’2021. Ivyo ngo bishobora…
Igihe c'isabukuru ry'amavuko yiwe, Vichou Love ngo yari yateguye gushira ahabona indirimbo bivugwa ko izoba isa neza cane. Mu majambo Famba yashikirije Ku musi wa 2 Ku rubuga rwiwe rwa Instagram, yasavye Vichou…
Monna Walda nawe ari mu babashije kugira ico bashikirije kwi tabaruka rya nyenicubahiro Petero Nkurunziza. Uwo mwigeme yigeze kuba icababa ca Miss Burundi yanditse Ku rubuga rwiwe rwa Instagram ko nyakwigendera ataco atakoze…
Ufatiye ku vyo uriko uvuga ko bandi usanzwe uzi bitavye Umuremyi, weho mbega niwitaba Umuremyi bazosigara barakuvugako iki? Aka ni ko kanya k'ukubitegura. Mu gitabo canditswe n'umwanditsi wo muri America…
Karim Maquinzi ngo Nyakwigendera Petero Nkurunziza yakoze vyinshi ariko kimwe co nuko yafashije ibitari bike kugira umugwi nserukiragihugu "Intamba mu rugamba" ugerageze kuja mw'ihiganwa CAN. Mu kiyago…
Mu baririmvyi ndundi basohora amashusho Ku mbugahuriro gake, harimwo Big Fizzo asanzwe ari no muri 10 bafise abantu benshi babakurikira kuri izo mbuga nyene. Mu kiyago aheruka kugirana na DFTV, uwo muririmvyi yavuze ko…
Ubushikiranganji bukejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu 10 bashasha bamenyekanye ko banduye umugera wa Corona. Nk'uko biri mw'itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bujejwe…
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu buhamagarira abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi hamwe n’amashirahamwe mpuzamakungu kuzokwitabira ibirori vyo kwimika umukuru w’igihugu mushasha, Général Major…
Kutagenda ajanya ivyo yahora akoresha muri MA ngo hari kugira abashe kwironderera ivyiwe, ivyo kandi ngo bikorwa n'umuvyeyi w'incabwenge, ariko uw'ikijuju amuha ibizomufasha. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.