Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji…
Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu biri. Ivyo akaba yabiyagiye ikinyamakuru Yambi gisanzwe gikorera mu gihugu…
Inyuma yakaririmbo Tora Neza yaheruka gushira kumugaragara ubu naho rwagiye gukubitira muri Brazil kuzana akandi karirimbo. Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg wawa ngo yoba agiye gusimbira mu Brazil kuzana ikindi gikorwa…
Igikorwa co kuzura ibisigarira vy'abantu bahitanywe n'urwimo rwabaye mu mwaka wa 1988 ku mutumba wa Burenge muri komine Marangara intara ya Ngozi catanguye kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 2 Ruheshi 2020.…
Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza gusohoka uno musi yakoranye n’uwundi…
Umwimbu uturutse mu kurwanya urudandazwa rutemewe n'amategeko ngo wariyongereye ugereranije n'uwatojwe mu mwaka uheze. Mu kiganiro umuyobozi mukuru w'ikigo kijejwe gutoza amakori n'amatagisi OBR…
Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo…
Indirimbo “Izina” ya Sat-b yaraye ikwije abantu 100.000 bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo kidashika n’ukwezi. Indirimbo y’umuririmvyi Sat-B yise IZINA n’imwe mu ndirimbo igihe yasohoka kw’igenekerezo rya 11…
Muri album zigiye gusohoka za Big Fizzo ngo hoba harimwo ama collabo akomakomeye yo murikano kare turimwo. Big fizzo imyaka itarimiki ariko akora umuziki mu kuduza ibendera ry’igihugu aho yagiye aca mu bihungu bitaribike…
Urwaruka ruhurikiye muri koperative “kenura imiryango iwacu” rufashwe mu mugongo n’ishirahamwe ryo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya “SAORE Company Limited” ruherutse gushing ishirahamwe ry’ubworozi tutari tumenyereye aha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.