Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo y'ama litiro 10…
Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania ITS TV amenyesha ko izina Lucifer ari izina ryiza ryari…
Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze guhitanwa n’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika.…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo yihuta itanzwe n’igihugu…
Inama nshingamateka iherutse kwemeza integuro y’itegeko ryemeza amasezerano y’Uburundi n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho iterambere kw’isi IDA, ajanye n'ingabire y’amafaranga imiriyoni 100 z’amadorari y’abanyamerika…
Mb data ntakibarizwa mu nzu y’ubuhinyanyuzi ya MA Production, ivyo bikaba binabonekera mu bikorwa ibi na biriya ariko arakora ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Kimwe muri ivyo bimenyetso nuko uwo muririmvyi ariko…
Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje, ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020, ko Evariste Ndayishimiye yaserukiye umugambwe CNDD FDD, ariwe yatsinze amatora y'umukuru…
Big fizzo ngo inkurikirane 2 buca ashira ahabona ngo ni mu ntumbero yo guha indirimbo zitari nke abakunzi biwe kugira bahagarike kuguma bamusaba indirimbo buri kanya. Ivyo akaba aheruka kubishikiririza mu kiganiro yahaye…
Ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru ngo burashimishwa n'ukungene igikorwa co gukurikirana amatora cakozwe mu runani rw’ibimenyeshamakuru n’amaradiyo asamiranira mu Burundi. Ivyo ni ibishikirizwa na Frédéric…
Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora indirimbo. Mu kiyago aheruka guha Landry, Esther avuga ko ivyo yari yateguye ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.