Mu misi iheze abantu batari bake baratangaye cane uwahoze ari mukuru w'igihugu Domitien Ndayizeye avuze ko atazi Big Fizzo na Sat-b. Muri ico kiganiro ariko yahavuye avuga ko abazi ari abaririmvyi ba kera. Uwo…
Ivyavuzwe ko Big Fizzo yibagiye Mudibu muri Quiz yakozwe kuri imwe mu mboneshakure za hano, ngo sivyo na gato. Uwo muririmvyi avuga ko hoba habaye umwumvikano hagati yiwe n'umumenyeshamakuru ngo baryoshe ikiganiro. Mu…
Inyuma yaho amenyekanye cane mugukora amasanamu atwengeje canke arimwo ubutumwa bugiye butandukanye ku misore n'inkumi ubuho yakoze ibitashimishije bose aho bamwe bakoze ico yasavye. Umuririmvyi Mr Champagne aho!-->…
Inyuma yaho benshi mu baririmvyi bashasha, canke bafise impano, bagiye barumvikana ariko batamenyekanye bivanye n'ukutavuzwa cane kw'indirimbo zabo ku nsamirizi zitandukanye, ubuho ngo n'akayobera!-->…
Nubwo ubwoba butabuze mu mutima y'abantu, haba mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu gihugu hagati haratekanye. Amakuru ava mu bajejejwe umutekano ndetse no mu banyagihugu ubwabo amenyesha ko igihugu gitekanye muri…
Sat-b nawe yamaze kwakira akandi kazina gashasha inyuma ya Magonde, Satura, n’ayandi menshi, ubu naho yamaze guhabwa Sidibe. Ku batavyibuka ako kazina kabonetse mu kiganiro uwahoze ari umukuru w’igihugu yatanze mu Kiganiro…
Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo UBUMWE, ngo…
Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na…
Muri bino bihe tugezemwo akaranga k' ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk'ibikino vy'ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) "Ukwubaka si ukujandajanda" Ibanga ryo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.