Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko yabiganiriye Indundi Magazine, Vg Wawa amenyesha ko mu…
Emery sun aremeza ko abaririmvyi ari mu ba mbere batuma umuziki ndundi udatera imbere, ngo bivuye ku nyifato zimwe zimwe bifata zirimwo ugutukana ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko kandi n’ukudahurumbira amashure. Mu kiganiro…
Umuririmvyi Mb Data yamesheje ko agiye gushira ahabona ikindi gikorwa naho atashoboye kumenyesha ngo ni ryari agiye gutanga ico gikorwa. Kuri uyu wa wakane itariki 2 z’ukwezi kwa kane abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook…
https://m.youtube.com/watch?v=GNl6fumEdkw Inyuma y’ugushira ahabona indirimbo zibiri zikanashirirwa ahabona amasanamu, Kaya Free yashize ahabona akandi karirimbo ka 3. Ako karirimbo akakaba kari mu rurimi rw’ikirundi kandi…
Iyo ibihe bigoye, bitera umuntu ata inguvu z'ugusenga. Abahinga bazobereye mw'ikoreshwa ry'ama psaumes bamenyesha yuko psaume ya 89 ishobora kugufasha. Ngo uraheza urayandika ku rupapuro wakije bougie(…
Imbuto z'ibiraya zirakenye mu ntara ya Muramvya isanzwe irimwamwo cane ico giterwa, mu gihe irima ry'aco risa n'iryatanguye. Ivyo bikaba ari ibishikirizwa na bamwe mu barimyi hamwe n'uwurongoye igisata co…
Ibiciro vy'ibidandazwa vya nkenerwa nk'umuceri n'ibiharage bimaze imisi vyongeweko amafaranga ashika ku majana atandatu ku kilo kimwe (600Fbu) mw'isoko nkuru yo mu gisagara ca Rumonge. Iryo duzwa…
Abanywanyi b’imigambwe ihurikiye mu runani Copa 2020 bahamagariwe gutora Evariste Ndayishimiye yashizwe imbere n’umugambwe CNDD-FDD ngo awuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe muri Rusama 2020. Yamara naho…
Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza n’isibe asaba abanyagihugu kutagira ubwoba kubera ikiza c’umugera wa corona ngo kuko n'indwara ikira. Antoine Ntemako yabishikirije, kuri uyu wa gatatu i Gitega,…
Inyuma yo gukora indirimbo zigiye zifise ubutumwa butandukanye kumpande zose, ni Tetero abandanya atangaza abatari bake mukwandika ikirundi kidasanzwe na cane cane ko ari ca kirundi utopfa gusiguza umwana avuka i Bujumbura.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.