Ishirahamwe Fondation Pax Burundi risanzwe rifata mu mugongo umugwi Aigle Noir ryatunganije inkino z'igikombe c'Ubumwe bita mu gifaransa Coupe de l’unité. Izo nkino zizokwitabirwa n'imigwi 3 iri mu kibanza ca…
Mu gihe hagize imisi hari itereranwa ry’amajambo hagati ya Big Fizzo na Sat-b, umwe muribo yanditse amajambo akomeye ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho asa nkaho ahanura uwumeze nka mugenziwe, kuko atatomoye akaba yasa…
Umuhisi Bernard ngo yasandavye azize uburozi yanyoye haraheze igihe kitari gito nkuko Alfred mugenziwe yabishikirije ku maziko yiwe. Uwo akaba avuga ko nawe nyene yabunyiyeko ariko akaba we yararusimbutse kuko Atariwe bari…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020 mu gihugu ca Bangladesh niho umugwi w'Uburundi waserukiwe n’abakinyi ba Aigle Noir wakinye urukino rwa nyuma rw'igikombe ca Bangabandhu Gold Cup n’umugwi…
Mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020, umugwi w'Uburundi waserukiwe n'abakinyi ba Aigle Noir mu mahiganwa ya Bangabandhu Gold Cup bakoze imyimenyerezo yanyuma yo kwitegurira umugwi…
Ishirahamwe ryishinze kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo ya leta OLUCOME ribona ko amafaranga agera hafi k’umuliyalidi w’amafaranga y’amarundi yegeranijwe n’urunani rwa masendika y’abigisha COSESONA akuwe ku…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 isaha indwi z'umutaga (13h00) mu masaha ya hano iwacu niho umugwi nserukiragihugu w'Uburundi washoboye guserukirwa n'abakinyi ba Aigle watana mu mitwe…
Ruravyuye ingunza kwa Yvan Muziki, aho n'inyuma yaho ngo abantu bavugiye ko yoba yihakanye Uburundi biciye muri Interview aheruka gutanga. Ivyo bikaba bitari bibaye irya mbere. Mu kiganiro yahavuye kandi asubira…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 niho umugwi w’Uburundi waserukiwe n‘abakinyi ba Aigle Noir uzagukina urukino rw'igice 1/2 gishira icanyuma c'igikombe Bangabandhu God Cup 2020 kiriko kibera mu gihugu…
Nk'uko tubikura mu kinyamakuru" www.lemonde.fr/Afrique " ngo inzige ziriko zirabica bigacika mu bihugu vya Afrika y'ubuseruko za Kenya, Ethiopia na Somalia. Ishiramwe mpuzamakungu ONU ngo ryarateye akamo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.